Ikibano

na Gary G. Hoag kumwe na Travis Shelton

IKIBANO n’iminsi 30 yu urugendo rwo kwiyumvira, bidufasha guha agaciro ikibanza Imana yadushizemwo n’uko dushobora gukurira hamwe nk’uko abantu bayo babaho bafise intumbero imwe. Buri munsi urimwo Ivyanditswe Vyera, ivyiyumviro vyo kwitwararika, isengesho n’iciyumviro co gushira mungiro.

Aderesi imeli (email) yawe ituma GTP itanga iki gitabo ku buntu biciye kubuhinga bwa ebitabu (ebook) aho ugikuramwo. Tuzogushira murunani rw’isi yose, kandi tukurungikire Ikinyamakuru ca buri gice n’ubutumwa bwo kukubaka no kugushoboza gukora ibikorwa biciye kuri imeli. Urashobora kwikuramwo kuri imeli umwanya uwariwo wose uvyishakiye.